Yohani 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko bamubaza ibibazo, bamubwira bati: “Ni kuki none ubatiza+ nimba ubwawe utari Kristu canke Eliya canke wa Muhanuzi?”
25 Nuko bamubaza ibibazo, bamubwira bati: “Ni kuki none ubatiza+ nimba ubwawe utari Kristu canke Eliya canke wa Muhanuzi?”