Matayo 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Yezu ava i Galilaya+ aza kuri Yorodani aho Yohani ari, kugira abatizwe+ na we. Mariko 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Muri iyo misi, Yezu aza avuye i Nazareti h’i Galilaya, abatizwa na Yohani muri Yorodani+.