Rusi 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze abagore bari ababanyi+ biwe bamuha izina, mu kuvuga bati: “Nawomi avyariwe umuhungu.” Nuko bamwita Obedi+. Ni we se wa Yese+, se wa Dawidi.
17 Maze abagore bari ababanyi+ biwe bamuha izina, mu kuvuga bati: “Nawomi avyariwe umuhungu.” Nuko bamwita Obedi+. Ni we se wa Yese+, se wa Dawidi.