Rusi 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bowazi rero yabira Rusi, aba umugore wiwe araheza aryamana na we. Nuko Yehova amuha gusama inda+ hanyuma avyara umuhungu.
13 Bowazi rero yabira Rusi, aba umugore wiwe araheza aryamana na we. Nuko Yehova amuha gusama inda+ hanyuma avyara umuhungu.