Itanguriro 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kenani na we abaho imyaka mirongo irindwi. Maze avyara Mahalaleli+.