Kuvayo 34:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Hanyuma agumana ng’aho na Yehova imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine. Nta mukate yarya kandi nta mazi yanywa+. Araheza yandika kuri vya bisate amajambo ya nya sezerano, ya Majambo Cumi+. 1 Abami 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko aravyuka, ararya yongera aranywa, maze amara imisi mirongo ine+ n’amajoro mirongo ine agendera mu nkomezi z’izo mfungurwa gushika ku musozi w’Imana y’ukuri, ari wo Horebu+.
28 Hanyuma agumana ng’aho na Yehova imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine. Nta mukate yarya kandi nta mazi yanywa+. Araheza yandika kuri vya bisate amajambo ya nya sezerano, ya Majambo Cumi+.
8 Nuko aravyuka, ararya yongera aranywa, maze amara imisi mirongo ine+ n’amajoro mirongo ine agendera mu nkomezi z’izo mfungurwa gushika ku musozi w’Imana y’ukuri, ari wo Horebu+.