2 Abami 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Aca aramanuka maze yibira muri Yorodani incuro indwi, nk’uko ijambo rya wa muntu w’Imana y’ukuri ryari+; hanyuma umubiri wiwe usubira kuba nk’umubiri w’akana gatoya+, aba uwudahumanye+.
14 Aca aramanuka maze yibira muri Yorodani incuro indwi, nk’uko ijambo rya wa muntu w’Imana y’ukuri ryari+; hanyuma umubiri wiwe usubira kuba nk’umubiri w’akana gatoya+, aba uwudahumanye+.