Matayo 7:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Hanyuma Yezu arangije ayo majambo, amasinzi ajorezwa+ n’uburyo yigisha; Yohani 7:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Nya bapolisi bishura bati: “Ntiharigera haboneka umuntu avuga nka we+.”