Mariko 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hanyuma atangura kwongera kwigishiriza iruhande y’ikiyaga+. Buno isinzi rinini cane rikoranira iruhande yiwe, bituma yurira mu bwato yigira hirya, yicara ku kiyaga, mugabo isinzi ryose ryari iruhande y’ikiyaga ku nkengera+.
4 Hanyuma atangura kwongera kwigishiriza iruhande y’ikiyaga+. Buno isinzi rinini cane rikoranira iruhande yiwe, bituma yurira mu bwato yigira hirya, yicara ku kiyaga, mugabo isinzi ryose ryari iruhande y’ikiyaga ku nkengera+.