Matayo 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko aramvura ukuboko amukorako, avuga ati: “Ndabishaka. Humanuka+.” Buno nyene imibembe yiwe ica iramuvako, arahumanuka+. Mariko 1:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Buno nyene ya mibembe ica iramuvako, arahumanuka+.
3 Nuko aramvura ukuboko amukorako, avuga ati: “Ndabishaka. Humanuka+.” Buno nyene imibembe yiwe ica iramuvako, arahumanuka+.