ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 13:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 kandi nya cago c’urwatsi rutoto rugomba gusa n’umuhondo canke ikigomba gutukura kikaza koko mu mpuzu canke mu rushato canke mu nyuzi z’indamvu canke z’insobanya canke mu kintu ico ari co cose c’urushato, kizoba ari icago c’imibembe, kandi gitegerezwa kwerekwa umuherezi.

  • Abalewi 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Iri ni ryo rizocika itegeko rigenga umunyamibembe+ ku musi wo kwemeza ityororwa ryiwe, igihe ategerezwa kuzanwa ku muherezi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika