Luka 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mu kwezi kwiwe kugira gatandatu, umumarayika Gaburiyeli+ atumwa n’Imana ku gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti,
26 Mu kwezi kwiwe kugira gatandatu, umumarayika Gaburiyeli+ atumwa n’Imana ku gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti,