1 Abami 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Inyuma y’ivyo bintu, umuhungu w’uwo mugore, nyene inzu, ararwara, indwara yiwe irakomera cane ku buryo ata mpemu zisigara muri we+. Luka 8:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 kubera ko yari afise umukobwa w’ikinege w’imyaka nka cumi n’ibiri, akaba yari hafi gupfa+. Igihe ariko aragenda, amasinzi aramugunda impande zose+.
17 Inyuma y’ivyo bintu, umuhungu w’uwo mugore, nyene inzu, ararwara, indwara yiwe irakomera cane ku buryo ata mpemu zisigara muri we+.
42 kubera ko yari afise umukobwa w’ikinege w’imyaka nka cumi n’ibiri, akaba yari hafi gupfa+. Igihe ariko aragenda, amasinzi aramugunda impande zose+.