Luka 8:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Mugabo abantu bose bariko bararira bongera bikubitagura ku gikiriza kubera intuntu abateye. Nuko avuga ati: “Nimureke kurira+, kuko atapfuye, ahubwo arasinziriye+.” Yohani 11:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Yezu rero, aho amuboneye ariko ararira n’Abayuda bazananye na we bariko bararira, araniha mu mutima, abura amahoro+;
52 Mugabo abantu bose bariko bararira bongera bikubitagura ku gikiriza kubera intuntu abateye. Nuko avuga ati: “Nimureke kurira+, kuko atapfuye, ahubwo arasinziriye+.”
33 Yezu rero, aho amuboneye ariko ararira n’Abayuda bazananye na we bariko bararira, araniha mu mutima, abura amahoro+;