Yesaya 61:1 Bibiliya y’isi nshasha 61 Impwemu y’Umukama Segaba Yehova iri kuri jewe+, kuko Yehova yandobanuje amavuta+ kugira ngo mbwire inkuru nziza abatekereza+. Yantumye gutubika abavunitse umutima+, gutangaza ukurekurwa ku batwawe ari imbohe+, n’uguhumurwa amaso rwose ku banyororo+; Zefaniya 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Emwe, nzosigaza hagati muri wewe abantu baciye bugufi kandi batobato+, kandi bazohungira vy’ukuri mw’izina rya Yehova+. Luka 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Impwemu ya Yehova+ iri kuri jewe, kuko yandobanuje amavuta* kugira ngo menyeshe inkuru nziza aboro, yantumye kwamamaza ukubohorwa ku mbohe n’uguhumuka ku mpumyi, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+, Yakobo 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimwumvirize, bene wacu bakundwa. Mbega Imana ntiyatoye aboro+ mu vy’isi ngo babe abatunzi+ mu kwizera na ba samuragwa b’ubwami, ubwo yasezeraniye abayikunda+?
61 Impwemu y’Umukama Segaba Yehova iri kuri jewe+, kuko Yehova yandobanuje amavuta+ kugira ngo mbwire inkuru nziza abatekereza+. Yantumye gutubika abavunitse umutima+, gutangaza ukurekurwa ku batwawe ari imbohe+, n’uguhumurwa amaso rwose ku banyororo+;
12 Emwe, nzosigaza hagati muri wewe abantu baciye bugufi kandi batobato+, kandi bazohungira vy’ukuri mw’izina rya Yehova+.
18 “Impwemu ya Yehova+ iri kuri jewe, kuko yandobanuje amavuta* kugira ngo menyeshe inkuru nziza aboro, yantumye kwamamaza ukubohorwa ku mbohe n’uguhumuka ku mpumyi, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+,
5 Nimwumvirize, bene wacu bakundwa. Mbega Imana ntiyatoye aboro+ mu vy’isi ngo babe abatunzi+ mu kwizera na ba samuragwa b’ubwami, ubwo yasezeraniye abayikunda+?