Esiteri 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ngo bazane Vashiti umwamikazi imbere y’umwami yambaye umugāra wa cami, kugira yereke ibisata vy’abantu n’abaganwa ubwiza bwiwe; kuko yasa neza+. Matayo 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 None mwagiye kuraba iki? Umuntu yambaye impuzu ziremvye? Erega abambara impuzu ziremvye bari mu nzu z’abami+.
11 ngo bazane Vashiti umwamikazi imbere y’umwami yambaye umugāra wa cami, kugira yereke ibisata vy’abantu n’abaganwa ubwiza bwiwe; kuko yasa neza+.
8 None mwagiye kuraba iki? Umuntu yambaye impuzu ziremvye? Erega abambara impuzu ziremvye bari mu nzu z’abami+.