Yohani 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.”
38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.”