Matayo 27:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Mugabo intwazangabo hamwe n’abari kumwe na yo barinze Yezu, babonye iyo nyamugigima be n’ibintu biriko biraba, batekerwa n’ubwoba, bavuga bati: “Ni ivy’ukuri, uyu yari Umwana w’Imana+.” Yohani 1:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Natanayeli aramwishura ati: “Rabi, uri Umwana w’Imana+, uri Umwami+ wa Isirayeli.”
54 Mugabo intwazangabo hamwe n’abari kumwe na yo barinze Yezu, babonye iyo nyamugigima be n’ibintu biriko biraba, batekerwa n’ubwoba, bavuga bati: “Ni ivy’ukuri, uyu yari Umwana w’Imana+.”