Guharura 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mbega bazobagirwa imikuku n’amasho kugira bakwirwe+? Canke bazofatirwa amafi yose yo mu kiyaga kugira bakwirwe?” Zaburi 78:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko batangura kuvuga nabi Imana+.Ngo “Mbega Imana irashobora gutunganya imeza mu gahinga+?”
22 Mbega bazobagirwa imikuku n’amasho kugira bakwirwe+? Canke bazofatirwa amafi yose yo mu kiyaga kugira bakwirwe?”