Yohani 6:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 kandi twaremeye, turamenya yuko uri Umweranda w’Imana+.” Yohani 10:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 none mubwira jewe uwo Data yejeje akanamutuma mw’isi, ngo: ‘Urarogose,’ kubera ko mvuze nti: Ndi Umwana w’Imana+?
36 none mubwira jewe uwo Data yejeje akanamutuma mw’isi, ngo: ‘Urarogose,’ kubera ko mvuze nti: Ndi Umwana w’Imana+?