Yohani 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Jambo acika umubiri+, aba hagati muri twebwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa nk’ubw’umwana w’ikinege+ ava kuri se; kandi yari yuzuye ubuntu ata wari abukwiriye be n’ukuri+. 2 Petero 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Oya, ntitwabamenyesheje ububasha n’ukuhaba vy’Umukama wacu Yezu Kristu+ twisunze inkuru z’ikinyoma+ zaremaremwe ku buhinga, ahubwo twabigize twisunze ukuba twariboneye ugukayangana kwiwe+.
14 Nuko Jambo acika umubiri+, aba hagati muri twebwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa nk’ubw’umwana w’ikinege+ ava kuri se; kandi yari yuzuye ubuntu ata wari abukwiriye be n’ukuri+.
16 Oya, ntitwabamenyesheje ububasha n’ukuhaba vy’Umukama wacu Yezu Kristu+ twisunze inkuru z’ikinyoma+ zaremaremwe ku buhinga, ahubwo twabigize twisunze ukuba twariboneye ugukayangana kwiwe+.