Matayo 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hanyuma baje bagana isinzi+, umuntu umwe aramwegera, apfukama imbere yiwe, avuga ati: Mariko 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Buno baje bagana abandi bigishwa, babona isinzi rinini ribakikije, n’abanditsi bariko baharira na bo+.
14 Buno baje bagana abandi bigishwa, babona isinzi rinini ribakikije, n’abanditsi bariko baharira na bo+.