Matayo 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko, ahamagara umwana mutoyi aza aho ari, amuhagarika hagati yabo+, Mariko 9:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Maze afata umwana mutoyi, amuhagarika hagati yabo, amukikiza amaboko, araheza ababwira+ ati: