Mariko 9:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “Uwo wese yakiriye umwe mu bana batoyi mwene aba mw’izina ryanje, aba anyakiriye; kandi uwo wese anyakiriye, ntaba yakiriye jewe gusa, mugabo aba yakiriye n’uwantumye+.” Yohani 12:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ariko Yezu arasemerera, ati: “Uwunyizeye ntaba yizeye jewe gusa, ahubwo aba yizeye n’uwandungitse+;
37 “Uwo wese yakiriye umwe mu bana batoyi mwene aba mw’izina ryanje, aba anyakiriye; kandi uwo wese anyakiriye, ntaba yakiriye jewe gusa, mugabo aba yakiriye n’uwantumye+.”
44 Ariko Yezu arasemerera, ati: “Uwunyizeye ntaba yizeye jewe gusa, ahubwo aba yizeye n’uwandungitse+;