Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+. Matayo 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwo wese rero azokwicisha bugufi+ nk’uyu mwana mutoyi ni we mukuru mu bwami bwo mw’ijuru+; Matayo 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwo wese yishira hejuru azocishwa bugufi+, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.
12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.