Luka 10:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mugabo Umusamariya+ umwe yariko ajana iyo nzira ashika aho ari, maze ngo amukubite ijisho, amutera ikigongwe. Luka 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko yubarara hasi imbere y’ibirenge vya Yezu+, amukengurukira; kandi uno yari Umusamariya+.
33 Mugabo Umusamariya+ umwe yariko ajana iyo nzira ashika aho ari, maze ngo amukubite ijisho, amutera ikigongwe.