1 Abakorinto 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Canke ivyo vyose ibivuga ku bwacu? Mu vy’ukuri vyanditswe ku bwacu+, kuko uwurima abwirizwa kurimana icizigiro, n’uwukubita akabwirizwa kubigira yizigiye kuronkako+. 1 Abakorinto 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ntimuzi yuko abirutsi+ mw’isiganwa biruka bose, mugabo umwe gusa akaba ari we aronka agashimwe+? Nimwiruke+ ku buryo mugashikira+.
10 Canke ivyo vyose ibivuga ku bwacu? Mu vy’ukuri vyanditswe ku bwacu+, kuko uwurima abwirizwa kurimana icizigiro, n’uwukubita akabwirizwa kubigira yizigiye kuronkako+.
24 Ntimuzi yuko abirutsi+ mw’isiganwa biruka bose, mugabo umwe gusa akaba ari we aronka agashimwe+? Nimwiruke+ ku buryo mugashikira+.