1 Samweli 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+. 1 Petero 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nimba mutukwa muhorwa izina rya Kristu+, murahiriwe+, kubera ko impwemu y’ubuninahazwa, mbere impwemu y’Imana, iguma kuri mwebwe+.
10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.
14 Nimba mutukwa muhorwa izina rya Kristu+, murahiriwe+, kubera ko impwemu y’ubuninahazwa, mbere impwemu y’Imana, iguma kuri mwebwe+.