Gucura intimba 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Igihano c’ikosa ry’umukobwa w’abantu banje kibaye kinini kuruta igihano c’igicumuro ca Sodomu+,Iyaranduwe mu kanya gato, ntihagire amaboko ahindukira kuyitabara+. Ezekiyeli 16:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘Sodomu mwene wanyu, we hamwe n’ibisagara bihakukira, ntiyakoze nk’ivyo wakoze, wewe n’ibisagara bigukukira+. Matayo 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ni co gituma ndababwiye nti: Ku Musi w’Urubanza ivy’igihugu ca Sodomu bizoba ibigendeka kuruta ivyawe+.”
6 Igihano c’ikosa ry’umukobwa w’abantu banje kibaye kinini kuruta igihano c’igicumuro ca Sodomu+,Iyaranduwe mu kanya gato, ntihagire amaboko ahindukira kuyitabara+.
48 Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘Sodomu mwene wanyu, we hamwe n’ibisagara bihakukira, ntiyakoze nk’ivyo wakoze, wewe n’ibisagara bigukukira+.
24 Ni co gituma ndababwiye nti: Ku Musi w’Urubanza ivy’igihugu ca Sodomu bizoba ibigendeka kuruta ivyawe+.”