Imigani 27:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntuhebe umugenzi wawe canke umugenzi wa so, kandi ntiwinjire mu nzu ya mwene wanyu ku musi w’icago cawe. Umubanyi ari hafi aruta umuvukanyi ari kure+.
10 Ntuhebe umugenzi wawe canke umugenzi wa so, kandi ntiwinjire mu nzu ya mwene wanyu ku musi w’icago cawe. Umubanyi ari hafi aruta umuvukanyi ari kure+.