Luka 6:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mubandanye kuba abanyembabazi, nk’uko na So ari umunyembabazi+. Yohani 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba muzi ivyo bintu, muzoba muhiriwe mubikoze+. Abanyefeso 4:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mugabo mube abanyabuntu+ kuri bagenzi banyu, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mubabariranira ata gahigihigi nk’uko Imana na yo yabababariye ata gahigihigi biciye kuri Kristu+.
32 Mugabo mube abanyabuntu+ kuri bagenzi banyu, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mubabariranira ata gahigihigi nk’uko Imana na yo yabababariye ata gahigihigi biciye kuri Kristu+.