Matayo 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Canke umuntu yoshobora gute kwinjira mu nzu y’umuntu w’inguvu akanyaga ibintu atunze, atabanje kumuboha? Ni ho yobona gusahura inzu yiwe+. Mariko 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nkako, nta muntu yinjiye mu nzu y’umuntu w’inguvu ashobora gusahura+ ibintu atunze, atabanje kumuboha, akabona rero gusahura inzu yiwe+.
29 Canke umuntu yoshobora gute kwinjira mu nzu y’umuntu w’inguvu akanyaga ibintu atunze, atabanje kumuboha? Ni ho yobona gusahura inzu yiwe+.
27 Nkako, nta muntu yinjiye mu nzu y’umuntu w’inguvu ashobora gusahura+ ibintu atunze, atabanje kumuboha, akabona rero gusahura inzu yiwe+.