Luka 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Hanyuma yinjiye iwe avuga ati: “Amahoro+, wewe uwagiriwe ubutoni budasanzwe; Yehova+ ari kumwe nawe+.” Luka 1:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 kubera ko yitegereje ubufafara bw’umushumbakazi wiwe+. Kuko, ehe kuva ubu amayaruka yose azonyita umuhirwe+;
28 Hanyuma yinjiye iwe avuga ati: “Amahoro+, wewe uwagiriwe ubutoni budasanzwe; Yehova+ ari kumwe nawe+.”
48 kubera ko yitegereje ubufafara bw’umushumbakazi wiwe+. Kuko, ehe kuva ubu amayaruka yose azonyita umuhirwe+;