Matayo 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abantu ntibadomeka itara ngo barishire munsi y’igisimbo co gupimisha+, ahubwo barishira ku gitereko c’amatara, maze rikakira abari mu nzu bose. Mariko 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Abandanya kubabwira ati: “Mbega itara rizanwa ngo rishirwe munsi y’igisimbo co gupimisha canke munsi y’igitanda? None ntirizanwa ngo rishirwe ku gitereko caryo+? Luka 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Nta n’umwe iyo amaze kudomeka itara aryubikako ikintu canke ngo arishire munsi y’igitanda, ahubwo arishira ku gitereko caryo, kugira abinjira babone umuco+.
15 Abantu ntibadomeka itara ngo barishire munsi y’igisimbo co gupimisha+, ahubwo barishira ku gitereko c’amatara, maze rikakira abari mu nzu bose.
21 Abandanya kubabwira ati: “Mbega itara rizanwa ngo rishirwe munsi y’igisimbo co gupimisha canke munsi y’igitanda? None ntirizanwa ngo rishirwe ku gitereko caryo+?
16 “Nta n’umwe iyo amaze kudomeka itara aryubikako ikintu canke ngo arishire munsi y’igitanda, ahubwo arishira ku gitereko caryo, kugira abinjira babone umuco+.