Matayo 23:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Wa Mufarizayo w’impumyi we+, banza woze imbere igikombe+ n’isahani kugira ngo n’inyuma habone kuba heza.
26 Wa Mufarizayo w’impumyi we+, banza woze imbere igikombe+ n’isahani kugira ngo n’inyuma habone kuba heza.