Imigani 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ubukerebutsi+ nyakuri ubwabwo buguma bushira ijwi hejuru mw’ibarabara+. Mu bibanza vya bose buguma burekura ijwi ryabwo+. Matayo 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa+, mugabo abantu bavuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+.’ Ariko ubukerebutsi bwerekanwa ko bugororotse n’ibikorwa vyabwo+.”
20 Ubukerebutsi+ nyakuri ubwabwo buguma bushira ijwi hejuru mw’ibarabara+. Mu bibanza vya bose buguma burekura ijwi ryabwo+.
19 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa+, mugabo abantu bavuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+.’ Ariko ubukerebutsi bwerekanwa ko bugororotse n’ibikorwa vyabwo+.”