Zaburi 119:120 Bibiliya y’isi nshasha 120 Inyama zanje zahinze agashitsi kubera ukukugirira ubwoba+;Kandi kubera ingingo zawe z’ubutungane, naratinye+. Abaheburayo 10:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Birateye ubwoba gukorokera mu maboko ya ya Mana nzima+.
120 Inyama zanje zahinze agashitsi kubera ukukugirira ubwoba+;Kandi kubera ingingo zawe z’ubutungane, naratinye+.