1 Samweli 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova ni Uwica akaba n’Uwuzigama ubuzima+,Uwumanura mu kuzimu*+ akaba n’Uwukurayo+.