Matayo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ahubwo mwirundanirize amatunga mw’ijuru+, aho ata dukoko canke ingese bikegeta+, aho kandi ata bisuma bimena ngo vyibe. 1 Timoteyo 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ubategeke gukora ivyiza+, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza+, gutanga batitangira, bagabirije gusangira n’abandi+, Yakobo 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimwumvirize, bene wacu bakundwa. Mbega Imana ntiyatoye aboro+ mu vy’isi ngo babe abatunzi+ mu kwizera na ba samuragwa b’ubwami, ubwo yasezeraniye abayikunda+?
20 Ahubwo mwirundanirize amatunga mw’ijuru+, aho ata dukoko canke ingese bikegeta+, aho kandi ata bisuma bimena ngo vyibe.
18 ubategeke gukora ivyiza+, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza+, gutanga batitangira, bagabirije gusangira n’abandi+,
5 Nimwumvirize, bene wacu bakundwa. Mbega Imana ntiyatoye aboro+ mu vy’isi ngo babe abatunzi+ mu kwizera na ba samuragwa b’ubwami, ubwo yasezeraniye abayikunda+?