Matayo 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ni nde muri mwebwe mu kwiganyira yoshobora kwongera ku kiringo c’ubuzima bwiwe itambwe* rimwe+?