Matayo 6:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Vyongeye ku bijanye n’ivyambarwa, kubera iki mwiganyira? Nimukure icigwa ku mashurwe y’amalisi+ yo mw’itongo, murabe ingene akura; ntacumukura canke ngo ajishe;
28 Vyongeye ku bijanye n’ivyambarwa, kubera iki mwiganyira? Nimukure icigwa ku mashurwe y’amalisi+ yo mw’itongo, murabe ingene akura; ntacumukura canke ngo ajishe;