Yesaya 44:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Ibuka ivyo bintu, ewe Yakobo+, na wewe, ewe Isirayeli, kuko uri umusavyi wanje+. Ni je nakubumvye+. Uri umusavyi anyegukira. Ewe Isirayeli, jewe sinzokwibagira+.
21 “Ibuka ivyo bintu, ewe Yakobo+, na wewe, ewe Isirayeli, kuko uri umusavyi wanje+. Ni je nakubumvye+. Uri umusavyi anyegukira. Ewe Isirayeli, jewe sinzokwibagira+.