ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 34:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Intambwe z’imikangara z’imigāra ubwazo zaraburaniwe zirasonza+;

      Yamara abarondera Yehova bobo, nta kintu ciza bazobura+.

  • Yesaya 33:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ni we azokwibera iyo hejuru+; ahantu hiwe hakirurutse hatagira inkomanzi hazoba ahantu h’urutare hagoye gushika+. Umukate wiwe azowuhabwa koko+; ikigega ciwe c’amazi ntikizokama+.”

  • Matayo 6:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “Gume rero mubanza kurondera ubwami n’ubugororotsi bw’Imana+, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+.

  • 1 Timoteyo 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuko kumenyereza umubiri bigira akamaro kuri bike; mugabo ukwihebera Imana+ kugira akamaro kuri vyinshi+, kuko gutekeye umuhango w’ubuzima bw’ubu n’ubuzoza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika