Luka 11:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Yamara rero, bwa mfashanyo y’umworo*+ nimutange ibiri imbere, kandi n’ibindi bintu vyose bizoba bihumanuwe ku biberekeye. Luka 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Vyongeye, ndabibabwiye: Mwironderere abagenzi+ biciye ku butunzi butagororotse+, kugira ngo nibwahera, bazobakire mu ngo zidahera+.
41 Yamara rero, bwa mfashanyo y’umworo*+ nimutange ibiri imbere, kandi n’ibindi bintu vyose bizoba bihumanuwe ku biberekeye.
9 “Vyongeye, ndabibabwiye: Mwironderere abagenzi+ biciye ku butunzi butagororotse+, kugira ngo nibwahera, bazobakire mu ngo zidahera+.