Matayo 25:1 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Maze ubwami bwo mw’ijuru buzomera nk’abigeme cumi b’isugi batoye amatara yabo+, barasohoka baja gusanganira umukwe+. Abafilipi 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kugira ngo mube abatagirako umugayo+ n’intungane, abana+ b’Imana batagirako ikirabagu mw’iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+ mukayanganamwo nk’amatara mw’isi+,
25 “Maze ubwami bwo mw’ijuru buzomera nk’abigeme cumi b’isugi batoye amatara yabo+, barasohoka baja gusanganira umukwe+.
15 kugira ngo mube abatagirako umugayo+ n’intungane, abana+ b’Imana batagirako ikirabagu mw’iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+ mukayanganamwo nk’amatara mw’isi+,