Matayo 24:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Hahiriwe+ uwo mushumba shebuja niyashika azosanga ariko akora atyo! Matayo 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bakigenda kugura, wa mukwe arashika, maze ba bigeme b’isugi bari biteguye binjirana na we ku nzimano y’ubugeni+; umuryango uca urugarwa.
10 Bakigenda kugura, wa mukwe arashika, maze ba bigeme b’isugi bari biteguye binjirana na we ku nzimano y’ubugeni+; umuryango uca urugarwa.