Yohani 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 arahaguruka bari kuri nya mfungurwa, arambika hambavu impuzu ziwe zo hejuru. Hanyuma atora igitambara, arakenyera+.
4 arahaguruka bari kuri nya mfungurwa, arambika hambavu impuzu ziwe zo hejuru. Hanyuma atora igitambara, arakenyera+.