Matayo 24:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 “Mugabo mumenye ikintu kimwe: iyaba nyen’urugo yari azi iterama igisuma coziyemwo+, yogumye arikanuye ntareke ngo inzu yiwe imenwe. 1 Abatesalonika 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko mwebwe ubwanyu muzi neza cane yuko umusi+ wa Yehova uzoza neza na neza nk’igisuma mw’ijoro+. 2 Petero 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+. Ivyahishuwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma arikanuye+ akagumya impuzu ziwe zo hejuru, kugira ngo ntagende ari gusa maze abantu bakaraba isoni z’ubwambure bwiwe+.”
43 “Mugabo mumenye ikintu kimwe: iyaba nyen’urugo yari azi iterama igisuma coziyemwo+, yogumye arikanuye ntareke ngo inzu yiwe imenwe.
10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+.
15 “Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma arikanuye+ akagumya impuzu ziwe zo hejuru, kugira ngo ntagende ari gusa maze abantu bakaraba isoni z’ubwambure bwiwe+.”