Matayo 24:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Hahiriwe+ uwo mushumba shebuja niyashika azosanga ariko akora atyo!