Zaburi 113:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aha umugore w’ingumba kwibera mu nzu+Ari nyina w’abana anezerewe+.Shemeze Ya+! Zaburi 116:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova ni umunyempuhwe n’umugororotsi+;Kandi Imana yacu ni Imana igira imbabazi+.